Urubuga rw'indimi nyinshi rwo kwiga ururimi mpuzamakungu Esperanto
lernu! ni urubuga rw'indimi zitandukanye rufise intego yo gufasha abarukoresha kuhamenyera amakuru no kwiga ururimi mpuzamakungu Esperanto, ku buntu no mu buryo bworoshe.
Gendera urubuga
"Urupfunguruzo rw'ururimi rusangi, rwatakariye ku munara w'i Babeli, rushobora kuronkeka hakoreshejwe Esperanto gusa"