Indimburo
Incamake y'indimburo ya (2)lernu (2) ni agace kadasiguye neza ka Plena Manlibro ya Esperanta Gramatiko (PMEG). Utwo duce tubiri tw'indimburo twagizwe na bertilo,umwe mubagize uumurwi w'abavuga iki esperanto akaba n'umurambe w'umurwi lernu. Ico bitandukaniyeko na PMEG, incamake y'indimburo ya lernu ikoresha amajambo ya kera ("yagiriza", "akuramwo", "yitirira"). Twobasaba ko mwokurikiranira hafi insiguro y'iyo ndimburo.